Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah An-Naml — Ayah 48

27:48
وَكَانَ فِي ٱلۡمَدِينَةِ تِسۡعَةُ رَهۡطٖ يُفۡسِدُونَ فِي ٱلۡأَرۡضِ وَلَا يُصۡلِحُونَ ٤٨
Mu gisagara1 ca Swalehe rero, hari abantu b’ibigaba icenda bagenzwa n’ubwononyi kw’isi; ntibigera bakora ibitunganye namba;
Footnotes
  • [1] Ico gisagara, ubu kiri ahitwa “Al-Hijri” mu buraruko bushira uburengero bw’ikigobe c’Abarabu.