Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah An-Naml — Ayah 65

27:65
قُل لَّا يَعۡلَمُ مَن فِي ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضِ ٱلۡغَيۡبَ إِلَّا ٱللَّهُۚ وَمَا يَشۡعُرُونَ أَيَّانَ يُبۡعَثُونَ ٦٥
Ntumwa y’Imana! Vuga ubwire ababangikanyamana uti: “Nta n’umwe mu biremwa biri mu majuru no kw’isi azi ibinyegejwe ibiremwa, atari Imana Allah Yo Yonyene gusa, eka na nya biremwa ntibizi n’igihe bizozukirako;