Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah An-Naml — Ayah 68

27:68
لَقَدۡ وُعِدۡنَا هَٰذَا نَحۡنُ وَءَابَآؤُنَا مِن قَبۡلُ إِنۡ هَٰذَآ إِلَّآ أَسَٰطِيرُ ٱلۡأَوَّلِينَ ٦٨
Ni ukuri, kuva kera na rindi, twarasezeraniwe twebwe hamwe n’abavyeyi bacu ko tuzozuka, ariko gushika n’ubu nta kiraba! Iri sezerano ry’izurwa ry’ibiremwa, si ikindi kiretse ko ari imigani n’ibitito vy’ab’aho hambere”.