Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Al-Qasas — Ayah 58

28:58
وَكَمۡ أَهۡلَكۡنَا مِن قَرۡيَةِۭ بَطِرَتۡ مَعِيشَتَهَاۖ فَتِلۡكَ مَسَٰكِنُهُمۡ لَمۡ تُسۡكَن مِّنۢ بَعۡدِهِمۡ إِلَّا قَلِيلٗاۖ وَكُنَّا نَحۡنُ ٱلۡوَٰرِثِينَ ٥٨
Hari n’abantu benshi Twahoneje mu ducimbiri, igihe bahendwa no kuroranirwa mu buzima bwabo, bituma bagira amanyama mu kugarariza Intumwa; ng’iyo n’imihana yabo, nta n’umwe yashoboye kuyibamwo inyuma y’ihonywa ryabo, ku kubera ububi bw’ivyaha bahakoreye, kiretse akanya gato uwurengana ahamara, ni na Twebwe Allah rero Twatoranye nya mihana.