Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Al-Qasas — Ayah 68

28:68
وَرَبُّكَ يَخۡلُقُ مَا يَشَآءُ وَيَخۡتَارُۗ مَا كَانَ لَهُمُ ٱلۡخِيَرَةُۚ سُبۡحَٰنَ ٱللَّهِ وَتَعَٰلَىٰ عَمَّا يُشۡرِكُونَ ٦٨
Ntumwa y’Imana! Imana yawe Rurema Allah, Irema ico Ishatse kurema, Ikanatora kuba umutoni wayo uwo Ishatse. Nta kiremwa na kimwe rero cokwishoboza gufata ingingo no guhitamwo ikintu, mu gihe Imana Allah Itabishatse. Nihaninahazwe rero Imana Allah, Yongere Ihabwe n’icubahiro nta ngere mu buryo burengeye cane ivyo ababangikanyamana bayibangikanya;