Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Al-'Ankabut — Ayah 16

29:16
وَإِبۡرَٰهِيمَ إِذۡ قَالَ لِقَوۡمِهِ ٱعۡبُدُواْ ٱللَّهَ وَٱتَّقُوهُۖ ذَٰلِكُمۡ خَيۡرٞ لَّكُمۡ إِن كُنتُمۡ تَعۡلَمُونَ ١٦
Ntumwa y’Imana! Ibuka na Ibrahimu (nyakugira amahoro y’Imana Allah), igihe yabwira abantu biwe yarungitsweko ati: “Enda rero nyabuna nimusenge Imana Imwe Rudende Allah mutayibangikanya na kimwe mu biremwa, muheze mwikingire ibihano vyayo mu kuyigamburukira, ivyo ni vyo vyiza gusumba kuri mwebwe nimwaba muzi ivyobagirira akamaro;