Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Al-'Ankabut — Ayah 29

29:29
أَئِنَّكُمۡ لَتَأۡتُونَ ٱلرِّجَالَ وَتَقۡطَعُونَ ٱلسَّبِيلَ وَتَأۡتُونَ فِي نَادِيكُمُ ٱلۡمُنكَرَۖ فَمَا كَانَ جَوَابَ قَوۡمِهِۦٓ إِلَّآ أَن قَالُواْ ٱئۡتِنَا بِعَذَابِ ٱللَّهِ إِن كُنتَ مِنَ ٱلصَّٰدِقِينَ ٢٩
Ubwo ni ukuri karashize ingani, mwubahuke kurangurana amabanga y’abubatse n’abagabo nkamwe, mukanategerera abantu ku nzira kugira mubambure utwabo, mwongera mubafata ku nguvu, mukanabakorera ibibi vy’agahomerabunwa mu gihe muri ku buteramo bwanyu, mu kubangamira abarengana mubandagaza, mubatera n’amabuye!". Nta n’inyishu yatanzwe n’abantu ba Luutwi atari ukuvuga bati: “Enda nyabuna rero, tuzanire ibihano vy’Imana Allah Yakurungitse niwaba koko uri mu mvugakuri”.