Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Ar-Rum — Ayah 20

30:20
وَمِنۡ ءَايَٰتِهِۦٓ أَنۡ خَلَقَكُم مِّن تُرَابٖ ثُمَّ إِذَآ أَنتُم بَشَرٞ تَنتَشِرُونَ ٢٠
Biri mu vyemezo vyerekana ko Imana Allah Ishoboye, kuba Yaremye mw’ivu inkomoko yanyu akaba na so wanyu Adamu, hanyuma murarondoka muba abantu baremwe mw’ima ry’intanga, muraheza murakwiragira kw’isi murondera icobabeshaho.