Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Luqman — Ayah 11

31:11
هَٰذَا خَلۡقُ ٱللَّهِ فَأَرُونِي مَاذَا خَلَقَ ٱلَّذِينَ مِن دُونِهِۦۚ بَلِ ٱلظَّٰلِمُونَ فِي ضَلَٰلٖ مُّبِينٖ ١١
Ehe nimurabe rero ivyaremwe n’Imana Allah! Babangikanyamana! Enda nyabuna rero, nimunyereke ivyaremwe n’ibigirwamana musenga mu gishingo c’Imana Allah! Ahubwo abirenganije mw’ibangikanyamana, bari mu buhuvyi bugaragara buri kure cane y’ukuri.