Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Luqman — Ayah 17

31:17
يَٰبُنَيَّ أَقِمِ ٱلصَّلَوٰةَ وَأۡمُرۡ بِٱلۡمَعۡرُوفِ وَٱنۡهَ عَنِ ٱلۡمُنكَرِ وَٱصۡبِرۡ عَلَىٰ مَآ أَصَابَكَۖ إِنَّ ذَٰلِكَ مِنۡ عَزۡمِ ٱلۡأُمُورِ ١٧
Mwananje! Tsimbataza isengesho rikwije ibisabwa, ubwirize gukora iciza, maze ubuze no gukora ikibi, uheze rero wihanganire ibigushikiye. Mu vy’ukuri izi mpanuro, ziri mu mabwirizwa ahambaye utegerezwa kwitwararika;