Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Luqman — Ayah 28

31:28
مَّا خَلۡقُكُمۡ وَلَا بَعۡثُكُمۡ إِلَّا كَنَفۡسٖ وَٰحِدَةٍۚ إِنَّ ٱللَّهَ سَمِيعُۢ بَصِيرٌ ٢٨
Bantu! Iremwa ryanyu, eka n’izurwa ryanyu ku musi w’izuka, bizoba mu kanya isase kandi vyoroshe cane; nk’iremwa ry’umuntu umwe n’izurwa ryiwe. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Nyenukwumva, Irumva ivyo muvuga; Nyenukubona, Irabona neza ivyo mukora, kandi Izobibahembera.