Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Luqman — Ayah 6

31:6
وَمِنَ ٱلنَّاسِ مَن يَشۡتَرِي لَهۡوَ ٱلۡحَدِيثِ لِيُضِلَّ عَن سَبِيلِ ٱللَّهِ بِغَيۡرِ عِلۡمٖ وَيَتَّخِذَهَا هُزُوًاۚ أُوْلَٰٓئِكَ لَهُمۡ عَذَابٞ مُّهِينٞ ٦
Burya mu bantu, harimwo uwutanga uburyo mu kugura amajambo y’ibihendamaso bisamaza1, kugira ahubishe abantu inzira y’uburongozi bw’Imana Allah, akagira na Aayah zayo kuba itebura. Uyo rero, ari mu bategekanirijwe ibihano bisuzuguza;
Footnotes
  • [1] Ibihendamaso bisamaza, ni ikintu ico ari cose gisamaza umuntu mu kutitwararika ibikorwa vy’igamburukiramana.