Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Ya-Sin — Ayah 6

36:6
لِتُنذِرَ قَوۡمٗا مَّآ أُنذِرَ ءَابَآؤُهُمۡ فَهُمۡ غَٰفِلُونَ ٦
Ntumwa y’Imana! Warungikanwe Qor’ani, kugira ugabishe ku bihano vy’Imana Allah, abantu ba se babo batagabishijwe igihe kirekire, baraheza rero baragotwa ntibemera1;
Footnotes
  • [1] Iyi Aayah, ihimiriza abamenyi mw’idini, ko bategerezwa kwama bibutsa abantu, kugira ntibagotwe ku mabwirizwa y’Imana Allah.