Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Az-Zumar — Ayah 11

39:11
قُلۡ إِنِّيٓ أُمِرۡتُ أَنۡ أَعۡبُدَ ٱللَّهَ مُخۡلِصٗا لَّهُ ٱلدِّينَ ١١
Ntumwa y’Imana! Vuga ubwire abantu bose uti: “Mu vy’ukuri Imana Allah, Yantegetse jewe hamwe n’abankurikiye kuyiyegereza mu vyo dukora vyose tunayisenga ari Imwe Rudende, tweza n’ivyo tugira vyose ku bwayo;