Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Az-Zumar — Ayah 35

39:35
لِيُكَفِّرَ ٱللَّهُ عَنۡهُمۡ أَسۡوَأَ ٱلَّذِي عَمِلُواْ وَيَجۡزِيَهُمۡ أَجۡرَهُم بِأَحۡسَنِ ٱلَّذِي كَانُواْ يَعۡمَلُونَ ٣٥
Ivyo biri ukwo, kugira Imana Allah Ibagumirize akabanga ku vyaha bakoze kw’isi bivanye n’ukwigaya kwabo, Iheze Ibababarire, Yongere Ibahembere ivyiza bakoze kw’isi mu kuronswa impembo nziza cane y’Ubwami bw’ijuru.