Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Ghafir — Ayah 11

40:11
قَالُواْ رَبَّنَآ أَمَتَّنَا ٱثۡنَتَيۡنِ وَأَحۡيَيۡتَنَا ٱثۡنَتَيۡنِ فَٱعۡتَرَفۡنَا بِذُنُوبِنَا فَهَلۡ إِلَىٰ خُرُوجٖ مِّن سَبِيلٖ ١١
Abagarariji rero bazovuga bati: “Mana yacu Rurema Allah! Watwishe incuro zibiri1, Udusubiza n’ubuzima incuro zibiri nyene2; ubu rero turemanze ivyaha vyacu twakoze; mbega none, nta kuntu twoshobora kuva mu muriro udahera, maze tugasubira kw’isi tugaheza tukakwumvira!”. Ico gihe rero, ukwemanga kw’ivyaha vyabo nta co kuzobamarira;
Footnotes
  • [1] Igihe twari tukiri intanga tutarahuhirwamwo inkomoko y’ubuzima “Roho”, n’igihe ikiringo co kubaho kwacu kw’isi kirangiriye.
  • [2] Igihe duhuhiriwemwo inkomoko y’ubuzima “Roho” tukabaho kw’isi, n’igihe dusubirijwe ubuzima tukazuka.