Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Ghafir — Ayah 46

40:46
ٱلنَّارُ يُعۡرَضُونَ عَلَيۡهَا غُدُوّٗا وَعَشِيّٗاۚ وَيَوۡمَ تَقُومُ ٱلسَّاعَةُ أَدۡخِلُوٓاْ ءَالَ فِرۡعَوۡنَ أَشَدَّ ٱلۡعَذَابِ ٤٦
Bashoka bahona. Hanyuma, aho bari mu kuzimu bacishwa mu bihano vy’umuriro igitondo n’umugoroba1, no ku musi w’izuka ry’ibiremwa, abamalayika bacungereye umuriro bazobwirwa bati: “Nimushire abantu ba Firawuni mu bihano bikaze vyo mu muriro”.
Footnotes
  • [1] Iyi Aayah, ni icemezo gikwiye mu kwemeza ko ibihano vyo mu mva ari ivy’ukuri.