Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Ghafir — Ayah 58

40:58
وَمَا يَسۡتَوِي ٱلۡأَعۡمَىٰ وَٱلۡبَصِيرُ وَٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ وَلَا ٱلۡمُسِيٓءُۚ قَلِيلٗا مَّا تَتَذَكَّرُونَ ٥٨
Nta ho vyakabaye ko impumyi n’uwubona bonganya ubutore. Ni nk’uko nyene rero abemeye ko Allah ari Imana Imwe Rudende Itabangikanywa, bakumvira n’Intumwa zayo, bakubahiriza n’amabwirizwa yayo, ata ho banganiye mu butore n’abatemera ko Allah ari Imana Imwe Rudende, bagahakana n’Intumwa zayo, bakarenga no ku mabwirizwa yayo. Bantu! Burya ni gake mwibuka ivyemezo vy’Imana Allah, mukanyurwa.