Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Ghafir — Ayah 79

40:79
ٱللَّهُ ٱلَّذِي جَعَلَ لَكُمُ ٱلۡأَنۡعَٰمَ لِتَرۡكَبُواْ مِنۡهَا وَمِنۡهَا تَأۡكُلُونَ ٧٩
Imana Allah, ni Yo Yabagiriye ibitungwa kugira muvyikoreko, maze mwiyunguruze kuri bimwe, ibindi na vyo mufungure inyama zavyo;