Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Ash-Shuraa — Ayah 22

42:22
تَرَى ٱلظَّٰلِمِينَ مُشۡفِقِينَ مِمَّا كَسَبُواْ وَهُوَ وَاقِعُۢ بِهِمۡۗ وَٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ فِي رَوۡضَاتِ ٱلۡجَنَّاتِۖ لَهُم مَّا يَشَآءُونَ عِندَ رَبِّهِمۡۚ ذَٰلِكَ هُوَ ٱلۡفَضۡلُ ٱلۡكَبِيرُ ٢٢
Ntumwa y’Imana! Kuri uyo musi rero, uzobona abirenganije mu bugarariji batekewe n’ubwoba ku kubera ibihano vy’ibibi bakoze kw’isi, kandi bategerezwa kuzobihanirwa. Uzobona n’abemeye Imana Allah bakanakora n’ivyiza bitegetswe, bari mu vyiza bisa, mu mirima n’amagorofa vyo mu Bwami bw’ijuru, bazoronswa ivyo bashaka vyose ku Mana yabo Rurema Allah. Iyo rero, ni yo mpano ihambaye;