Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Ash-Shuraa — Ayah 37

42:37
وَٱلَّذِينَ يَجۡتَنِبُونَ كَبَٰٓئِرَ ٱلۡإِثۡمِ وَٱلۡفَوَٰحِشَ وَإِذَا مَا غَضِبُواْ هُمۡ يَغۡفِرُونَ ٣٧
Na barya birinda gukora ivyaha rutura, bakirinda na canecane gukora ivyaha vy’agahomerabunwa1; n’iyo bashavujwe n’uwubagiriye nabi, baratsinda ishavu bagaheza bakamubabarira ku bw’Imana Allah;
Footnotes
  • [1] Nko gusambana hagati y’umugore n’umugabo canke hagati y’abasangiye ibitsina, ukwagiriza umuntu ubusambanyi ata cemeza gihari, n’ibindi.