Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Ash-Shuraa — Ayah 47

42:47
ٱسۡتَجِيبُواْ لِرَبِّكُم مِّن قَبۡلِ أَن يَأۡتِيَ يَوۡمٞ لَّا مَرَدَّ لَهُۥ مِنَ ٱللَّهِۚ مَا لَكُم مِّن مَّلۡجَإٖ يَوۡمَئِذٖ وَمَا لَكُم مِّن نَّكِيرٖ ٤٧
Bagarariji! Enda rero nyabuna nimwumvire Imana yanyu Rurema Allah, maze muyemere imbere yuko umusi w’izuka ata kizowuhagarika, ushika. Kuri uwo musi rero, nta buhungiro muzoronka bwo guhunga ibihano vy’Imana Allah, eka mbere nta n’aho kwinyegeza muzoronka1;
Footnotes
  • [1] Iyi Aayah, iranebagura umuntu asivya ico yokoze uno musi ngo nzogikora ejo; ikanahimiriza umuntu guhurumbira ibikorwa vyiza hakiri kare, kugira ntazokwicuze ata co agishoboye gucungura (kurokora).