Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Az-Zukhruf — Ayah 49

43:49
وَقَالُواْ يَٰٓأَيُّهَ ٱلسَّاحِرُ ٱدۡعُ لَنَا رَبَّكَ بِمَا عَهِدَ عِندَكَ إِنَّنَا لَمُهۡتَدُونَ ٤٩
Ni ho Firawuni n’abunganizi biwe, baja ng’aho babwira Musa bati: “Wa murozi we1! Enda rero nyabuna dusabire Imana yawe Rurema Allah, Iduhe ivyo Yagusezeraniye, maze Idukureko ibihano, mu vy’ukuri niyadukurako ivyo bihano, ni ukuri duca tukwemera, tube abagororotsi”.
Footnotes
  • [1] Umurozi canke umukonikoni igihe c’umwami Firawuni, yafatwa nk’umuntu w’umumenyi yubashwe, uburozi canke ubukonikoni, ico gihe nticari ikintu kibi kinebagurwa.