Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Az-Zukhruf — Ayah 65

43:65
فَٱخۡتَلَفَ ٱلۡأَحۡزَابُ مِنۢ بَيۡنِهِمۡۖ فَوَيۡلٞ لِّلَّذِينَ ظَلَمُواْ مِنۡ عَذَابِ يَوۡمٍ أَلِيمٍ ٦٥
Ni ho rero abanaswara bicamwo imigwimigwi ku vyerekeye ubuvugishwamana bwa Isa mwene Mariyamu (nyakugira amahoro y’Imana Allah)1. Uguhanwa nya guhanwa rero ku musi w’izuka, ni ukw’abirenganije mu kwita Isa mwene Mariyamu ico atiswe n’Imana Allah.
Footnotes
  • [1] Mu banaswara rero, harimwo abemera vy’ukuri ko Isa mwene Mariyamu, ari Intumwa y’Imana nk’uko yiswe n’Imana Allah; hakabamwo n’abemera ko ari umwana w’Imana; harimwo rero n’abemera ko ari imana.