Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Az-Zukhruf — Ayah 67

43:67
ٱلۡأَخِلَّآءُ يَوۡمَئِذِۭ بَعۡضُهُمۡ لِبَعۡضٍ عَدُوٌّ إِلَّا ٱلۡمُتَّقِينَ ٦٧
Abakunzi pfampfe kw’isi, kuri uyo musi w’izuka bazohinduka abansi bigaramane, kiretse gusa abakunzi pfampfe bakundanye ku mvo z’ubugamburukiramana, urukundo rwabo bakundanye kw’isi, ruzobandanya no mu buzima bw’inyuma yo gupfa;