Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Az-Zukhruf — Ayah 71

43:71
يُطَافُ عَلَيۡهِم بِصِحَافٖ مِّن ذَهَبٖ وَأَكۡوَابٖۖ وَفِيهَا مَا تَشۡتَهِيهِ ٱلۡأَنفُسُ وَتَلَذُّ ٱلۡأَعۡيُنُۖ وَأَنتُمۡ فِيهَا خَٰلِدُونَ ٧١
Muri nya Bwami rero, bazozimanwa imfungurwa ku masahani y’inzahabu, baherezwe n’ibinyobwa mu birahuri vy’inzahabu nyene. Muri Bwo, hariyo ivyo bipfuza vyose kandi biryoheye n’ijisho. Bazokezwa bati: “Mwebwe rero, muzokwibera mu Bwami bw’ijuru ibihe bidahera;