Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Az-Zukhruf — Ayah 80

43:80
أَمۡ يَحۡسَبُونَ أَنَّا لَا نَسۡمَعُ سِرَّهُمۡ وَنَجۡوَىٰهُمۚ بَلَىٰ وَرُسُلُنَا لَدَيۡهِمۡ يَكۡتُبُونَ ٨٠
Canke ababangikanyamana boba bibaza ko Twebwe Allah Tutazi ivyo bahisha mu mushaha, Tutumva n’ivyo bavuga mu bwongoshwe! Ego cane Turabizi kandi Turavyumva, kandi n’intumwa zacu z’abamalayika zirandika zitihenda ivyo bakora.