Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Az-Zukhruf — Ayah 83

43:83
فَذَرۡهُمۡ يَخُوضُواْ وَيَلۡعَبُواْ حَتَّىٰ يُلَٰقُواْ يَوۡمَهُمُ ٱلَّذِي يُوعَدُونَ ٨٣
Ntumwa y’Imana! Reka abomekera umugore canke umwana ku Mana Allah bagume mw’irementanya ryabo bafyinata kw’isi, gushika igihe bahuye n’umusi wabo basezeraniwe guhanirwako1.
Footnotes
  • [1] Ivyo bihano basezeraniwe, bakaba bashobora kubihabwa bakiri kw’isi, canke bakabihabwa mu buzima bw’inyuma yo gupfa, canke bakabihabwa mu buzima bwo kw’isi no mu bw’inyuma yo gupfa.