Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Az-Zukhruf — Ayah 86

43:86
وَلَا يَمۡلِكُ ٱلَّذِينَ يَدۡعُونَ مِن دُونِهِ ٱلشَّفَٰعَةَ إِلَّا مَن شَهِدَ بِٱلۡحَقِّ وَهُمۡ يَعۡلَمُونَ ٨٦
Abasengwa n'ababangikanyamana mu gishingo cayo1, ntibazoshobora kuvugira umuntu n’umwe ku Mana Allah, kiretse ko bazoshobora kuvugira gusa abemanze ukuri mu kwemera Imana Allah n’Intumwa yayo Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), bakaba bazi ukuri kw’ivyo bemeye bakemanga.
Footnotes
  • [1] Abavugwa ng'aho, ni abasengwa mu biremwa mu gishingo c'Imana Allah badashimishwa n'iryo sengwa; nk'abamalayika, Intumwa Isa mwene Mariyamu, Uzayiru n'abandi mu beranda.