Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Ad-Dukhan — Ayah 44

44:44
طَعَامُ ٱلۡأَثِيمِ ٤٤
Ivyamwa vyaco birura, binuka utokwumva, ni zo mfungurwa z’umunyavyaha, na canecane uwubangikanya Imana Allah;