Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Muhammad — Ayah 32

47:32
إِنَّ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ وَصَدُّواْ عَن سَبِيلِ ٱللَّهِ وَشَآقُّواْ ٱلرَّسُولَ مِنۢ بَعۡدِ مَا تَبَيَّنَ لَهُمُ ٱلۡهُدَىٰ لَن يَضُرُّواْ ٱللَّهَ شَيۡـٔٗا وَسَيُحۡبِطُ أَعۡمَٰلَهُمۡ ٣٢
Mu vy’ukuri abahakanye ko Allah ari Yo Mana y’ukuri Ikwiye gusengwa Itabangikanywa, bakanaburagiza abantu kwinjira mw’idini ryayo, bagaca kubiri bakanarwanya n’Intumwa yayo, inyuma y’aho bamenyeye Aayah n’ivyemezo vyerekana ko uri Umuvugishwamana vy’ukuri, nta co bazokwicira idini ryayo, kandi Imana Allah Izoreka kwakira ibikorwa vyabo vyiza kuko batabikoze ku bwayo.