Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Muhammad — Ayah 5

47:5
سَيَهۡدِيهِمۡ وَيُصۡلِحُ بَالَهُمۡ ٥
Izobashoboza gukora ibiyishimisha mu buzima bwabo bwo kw’isi, Yongere Ibatunganirize ivyabo, Ibahe no kuroranirwa mu buzima bwo kw’isi no mu bw’inyuma yo gupfa;