Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Qaf — Ayah 15

50:15
أَفَعَيِينَا بِٱلۡخَلۡقِ ٱلۡأَوَّلِۚ بَلۡ هُمۡ فِي لَبۡسٖ مِّنۡ خَلۡقٖ جَدِيدٖ ١٥
Mbega none, bibaza ko Twananiwe kurema ibiremwa Twaremye na mbere ata n’ico Turinze kurabirako, ku buryo Twonanirwa no kubisubiza kandi ubuzima ngo bizuke vyaramaze guhona! Kira noneho, ivyo ntivyotunanira. Ukuri, ni uko ababangikanyamana bo bafise amakenga ku kuntu izurwa ry’ibiremwa ryoshoboka kandi vyaramaze gupfa.