Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Qaf — Ayah 18

50:18
مَّا يَلۡفِظُ مِن قَوۡلٍ إِلَّا لَدَيۡهِ رَقِيبٌ عَتِيدٞ ١٨
Nta n’ijambo na rimwe riva mu kanwa kiwe, kiretse ko aba afise umumalayika amucungereye aheza akaryandika, akaba ari na co gusa ajejwe;