Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Qaf — Ayah 38

50:38
وَلَقَدۡ خَلَقۡنَا ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضَ وَمَا بَيۡنَهُمَا فِي سِتَّةِ أَيَّامٖ وَمَا مَسَّنَا مِن لُّغُوبٖ ٣٨
Ni ukuri, Twaremye amajuru indwi n’isi hamwe n’ibiri hagati yavyo mu misi itandatu, kandi ntitwigeze Turuha namba1.
Footnotes
  • [1] Uwufise ubushobozi n’ububasha bwo kurema ivyo vyose, arashoboye no gusubiza ubuzima abapfuye, maze bakazuka.