Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Qaf — Ayah 43

50:43
إِنَّا نَحۡنُ نُحۡيِۦ وَنُمِيتُ وَإِلَيۡنَا ٱلۡمَصِيرُ ٤٣
Mu vy’ukuri, ni Twebwe Allah Dutanga ubuzima ku biremwa, maze bikabaho; ni na Twebwe nyene Tubwaka nya biremwa maze bigapfa, ni no kuri Twebwe rero ibiremwa vyose bizosubira kugira bihemberwe ivyo vyakoze;