Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Al-Qamar — Ayah 10

54:10
فَدَعَا رَبَّهُۥٓ أَنِّي مَغۡلُوبٞ فَٱنتَصِرۡ ١٠
Nuhu aca arasaba Imana yiwe Rurema Allah ati: “Jewe mu vy’ukuri, narengewe no guhangana na bo, ndagusavye rero ko Untabara mu kubahana”;