Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Al-Qamar — Ayah 15

54:15
وَلَقَد تَّرَكۡنَٰهَآ ءَايَةٗ فَهَلۡ مِن مُّدَّكِرٖ ١٥
Ni ukuri, Twazigamye inkuru y’ivyashikiye Nuhu n’abantu biwe, kugira ibere abakurikiye mu nyuma, inkebuzo n’icemezo c’ubushobozi bwacu mu guhana ibigaba, ku wushaka kwibuka akikebuka. Mbega none, hoba hari uwibuka ngo yikebuke!