Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Al-Qamar — Ayah 18

54:18
كَذَّبَتۡ عَادٞ فَكَيۡفَ كَانَ عَذَابِي وَنُذُرِ ١٨
Bene Aadi barahakanye bivuye inyuma Huudi, Duca Turabahana. Ehe raba rero ukuntu Nahanye abangararije bagahakana bivuye inyuma Intumwa zanje! Mbega none, ukubagabisha ku bihano vyanje, hari ico kwabashikanyeko atari uguhona!