Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Al-Qamar — Ayah 45

54:45
سَيُهۡزَمُ ٱلۡجَمۡعُ وَيُوَلُّونَ ٱلدُّبُرَ ٤٥
Bose hamwe mu runani rwabo, bazotsindwa baneshwe n’abemeramana, maze batungwe n’ayo bameze1.
Footnotes
  • [1] Vyarashitse koko abagarariji baraneshwa ku rugamba rwa Badri, bamwe muri bo baricwa, abandi bagirwa imbohe; abacitse kw’icumu na bo banyaga amagara barata barahunga batazambaye.