Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Ar-Rahman — Ayah 58

55:58
كَأَنَّهُنَّ ٱلۡيَاقُوتُ وَٱلۡمَرۡجَانُ ٥٨
Nya bakenyezi bo mu Bwami bw’ijuru, ku bwiza bwabo womengo ni Yaakuuti1 na Marjaani2.
Footnotes
  • [1] Yaakuuti. ni ubwoko bw’ubutare bucukurwa musi y’ibahari, bukaba busa n’ibara ritukura canke ry’ubururu, buremye nk’ibuye, busayangana.
  • [2] Marjaani, ni ubwoko bw’amabuye y’agaciro, acukurwa mw’ibahari, akaba yiremarema mu binyabuzima biba musi yaryo, aremye nk’ishurwe rifise udushami n’imizi, akagira n’ibara risa n’agahama canke rishaka gutukura.