Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Al-Hadid — Ayah 5

57:5
لَّهُۥ مُلۡكُ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضِۚ وَإِلَى ٱللَّهِ تُرۡجَعُ ٱلۡأُمُورُ ٥
Nyenubwami, Igaba Ikaganza amajuru n’isi n’ibiri muri vyo. Kandi ibiremwa vyose bizosubira kuri Yo, kugira Ihembe kimwe cose ku rugero rw’ibigikwiye.