Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Al-Hashr — Ayah 14

59:14
لَا يُقَٰتِلُونَكُمۡ جَمِيعًا إِلَّا فِي قُرٗى مُّحَصَّنَةٍ أَوۡ مِن وَرَآءِ جُدُرِۭۚ بَأۡسُهُم بَيۡنَهُمۡ شَدِيدٞۚ تَحۡسَبُهُمۡ جَمِيعٗا وَقُلُوبُهُمۡ شَتَّىٰۚ ذَٰلِكَ بِأَنَّهُمۡ قَوۡمٞ لَّا يَعۡقِلُونَ ١٤
Ku kubera ukuntu abayahudi babatinya, ntibazobarwaniriza hamwe, kiretse mu gihe bazoba bari mu ducimbiri dukikujwe n’inzitiro ntamenwa, canke mu gihe bari inyuma y’insika. Urwanko ruri hagati y’abayahudi n’indyarya, rurenzeko. Wokwibaza ko bacuditse, ariko imitima yabo iri kubiri. Ivyo rero bigaterwa n’uko mu vy’ukuri, ari abantu badatahura amabwirizwa y’Imana Allah, ntibananyurwe n’ivyemezo vyayo.