Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

A translation of every ayah of the Quran in Rundi.

Ikirundi gehiti translation for Surah At-Talaq — Ayah 6

65:6
أَسۡكِنُوهُنَّ مِنۡ حَيۡثُ سَكَنتُم مِّن وُجۡدِكُمۡ وَلَا تُضَآرُّوهُنَّ لِتُضَيِّقُواْ عَلَيۡهِنَّۚ وَإِن كُنَّ أُوْلَٰتِ حَمۡلٖ فَأَنفِقُواْ عَلَيۡهِنَّ حَتَّىٰ يَضَعۡنَ حَمۡلَهُنَّۚ فَإِنۡ أَرۡضَعۡنَ لَكُمۡ فَـَٔاتُوهُنَّ أُجُورَهُنَّ وَأۡتَمِرُواْ بَيۡنَكُم بِمَعۡرُوفٖۖ وَإِن تَعَاسَرۡتُمۡ فَسَتُرۡضِعُ لَهُۥٓ أُخۡرَىٰ ٦
Muragumiza abakenyezi mu gihe cose baramye mu buraro aho muba, mwisunze ubushobozi bwanyu. Ntimuze mubabangamire mu bwigenge, mu mfungurwa canke mu buraro. Nibaba bafise imbanyi naho, murabaha ibibabeshaho gushika bibaruke. Nibabonkereza abana mumaze kwahukana, murabaha agashimwe kabo, maze muje inama n’ingingo hagati yanyu ku neza. Nimutahuza ku ngingo y’ukwonsa, uyo mwana azoheza yonswe n’uwundi muvyeyi.