Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah At-Tahrim — Ayah 11

66:11
وَضَرَبَ ٱللَّهُ مَثَلٗا لِّلَّذِينَ ءَامَنُواْ ٱمۡرَأَتَ فِرۡعَوۡنَ إِذۡ قَالَتۡ رَبِّ ٱبۡنِ لِي عِندَكَ بَيۡتٗا فِي ٱلۡجَنَّةِ وَنَجِّنِي مِن فِرۡعَوۡنَ وَعَمَلِهِۦ وَنَجِّنِي مِنَ ٱلۡقَوۡمِ ٱلظَّٰلِمِينَ ١١
Imana Allah Yarahaye kandi abemeramana, akarorero k’umukenyezi w’umwemeramanakazi, umupfasoni wa Firawuni, igihe yavuga ati: “Mana yanje Rurema Allah! Nyubakira inzu iwawe mu Bwami bw’ijuru, maze Unkize, Unkure mu minwe ya Firawuni n’ibikorwa vyiwe bibi, Wongere Unkize abantu birenganije mu kurenga ku mabwirizwa yawe”;