Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Al-Mulk — Ayah 12

67:12
إِنَّ ٱلَّذِينَ يَخۡشَوۡنَ رَبَّهُم بِٱلۡغَيۡبِ لَهُم مَّغۡفِرَةٞ وَأَجۡرٞ كَبِيرٞ ١٢
Mu vy’ukuri, abatinya Imana yabo Rurema Allah bakayisenga biherereye, batinya guhanwa mu buzima bw’inyuma yo gupfa, bazogumirizwa akabanga ku vyaha vyabo, vyirengagizwe ntibabihanirwe, bazonaronka n’impano nta ngere kandi zamaho mu Bwami bw’ijuru.