Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Al-Mulk — Ayah 2

67:2
ٱلَّذِي خَلَقَ ٱلۡمَوۡتَ وَٱلۡحَيَوٰةَ لِيَبۡلُوَكُمۡ أَيُّكُمۡ أَحۡسَنُ عَمَلٗاۚ وَهُوَ ٱلۡعَزِيزُ ٱلۡغَفُورُ ٢
Bantu! Ni We Yaremye urupfu n’ubuzima kugira Abagerageze, haheze hamenyekane uwukora ivyiza ku bwiwe kurusha abandi1. Ni na We Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Nyenimbabazi-ntangere.
Footnotes
  • [1] Iyi Aayah, irarikira abantu gukora ivyiza bitegetswe, ikanabihaniza gukora ibibi bibujijwe.