Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Nuh — Ayah 14

71:14
وَقَدۡ خَلَقَكُمۡ أَطۡوَارًا ١٤
Mu gihe ari Yo Yabaremye mu rukurikirane rutandukanye1;
Footnotes
  • [1] Yarabaremye mu ntanga, hanyuma Iziremamwo amaraso avuze; hanyuma Iyaremamwo igihimba c’inyama, hanyuma Ikiremamwo amagufa; hanyuma Iraheza Yambika nya magufa inyama.