Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Nuh — Ayah 17

71:17
وَٱللَّهُ أَنۢبَتَكُم مِّنَ ٱلۡأَرۡضِ نَبَاتٗا ١٧
Burya Imana Allah, Yaremye inkomoko yanyu mw’ivu1; nka kurya Imeza imbuto mw’isi;
Footnotes
  • [1] Imana Allah Yaremye so wanyu Adamu mw’ivu, Iraheza Itegekanya ibikenewe mu mfungurwa mw’ivu, kugira ngo ashobore kubandanya kuba kw’isi.