Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Nuh — Ayah 23

71:23
وَقَالُواْ لَا تَذَرُنَّ ءَالِهَتَكُمۡ وَلَا تَذَرُنَّ وَدّٗا وَلَا سُوَاعٗا وَلَا يَغُوثَ وَيَعُوقَ وَنَسۡرٗا ٢٣
Baraheza bavuga babwira ba nyarucari bati: “Ntimurote muvavanura no gusenga imana zanyu ngo musenge Imana ya Nuhu; ntimureke gusenga “Waddu”, canke “Suwaa’u”, canke “Yaghuuthi”, canke “Ya’uuqa” na “Nasri”1”.
Footnotes
  • [1] Ayo, ni amazina y’abantu beranda, bigeze kubaho hanyuma barapfa, maze shetani iraheza yosha abantu babo ko bobagirira ivyibutso bazokwama babibukirako, gutyo bagamburukire Imana Allah kurusha. Abashinze ivyo vyibutso, bamaze guhwera, hagaca igihe kirekire, shetani yashotse yosha abuzukuruza babo ko bosenga nya vyibutso, bakanavyifashisha mu gusaba. Ni na co gituma rero, kizira kikaziririzwa kugira ibishusho n'ivyibutso, kwubakira iburi ku mva, kuko inyuma y’igihe kirekire birashobora gusengwa mu gishingo c’Imana Allah.